![]() |
Mwambutsa-Bonne-GouvernanceAuthor: Mwambutsa-Bonne-Gouvernance
Kaze ku rubuga twise Mwambutsa Bonne Gouvernance. Twipfuza gutambutsa ivyiyumviro vyubaka Ubuntu nAbantu. Uwo wese afise ijambo ryubaka, riremesha; uwufise ubumenyi, ubukerebutsi nishaka ryo gukeburana, turamuhaye ikaze. Ntihagire uwitinya, ntihagire uwuterwa ubwoba nigitsure canke areke abasambura nabatryoza Ubumwe bwAbarundi ngo babandanye kurenza urwamo Uburundi nAbarundi. Murakaramba! Rwagasore ati: Hatsinze Democratie nkuko Abarundi bayumva kandi bayipfuza (1961) Mwambutsa ati: Uwushaka kumpoza ntampore (1961) Language: rn Genres: Society & Culture Contact email: Get it Feed URL: Get it iTunes ID: Get it |
Listen Now...
#23Ki: Abamaratiri b'i Buta ni akarorero nyako
Episode 23
Monday, 11 May, 2026
kiganiro mushikirizwa na Consultant, Podcaster: Charles Mukasi Twitter : @MwambutsaBGPodEmail: info@mwambutsa-bonne-gouvernance.africa











